footballkirundi_Sportsprimus ligue

# indundi Sports | Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi 25

kuva mu mpera z’indwi iheze gushika mu ntango zo muri ino ndwi ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo ya 25 .

Imigwi ikaba  yatsindanye uku gukurikira :

– Umugwi Muzinga Fc watangaje benshi mu gutsinda les elephants ibitsindo 2 kuri 1

– Inter Star vyaranse utsindirwa i Bujumbura na Kayanza United ibitsindo 2 ku 0

– Rukinzo Fc wirahiye Olympic Star y’umuyinga i bujumbura ibitsindo 2 kuri 1

– Athletico Academy i bujumbura wirahiye Flambeau du centre ibitsindo 3 kuri 1

– Messager Ngozi wirahiye Royal Fc ibitsindo 2 ku 0

– Musongati Igitega wakoze amateka utsinda Aigle Noir igitsindo 1 ku 0

– Buja City watsinzwe na Vital’o Fc ibitsindo 2 kuri 1.

Mwomenya yuko Musongati ifata ikibanza cambere inyuma yo gutsinda Aigle Noire.

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 23