5.5 C
New York
Tuesday, October 26, 2021
HomeBurundiAudance Niyonzima yahora atwara ikigo OBR yahinduriwe amabanga

Audance Niyonzima yahora atwara ikigo OBR yahinduriwe amabanga

Niyonzima Audace yahora aramutswa ubuyobozi bw’ikigo kijejwe gutororakanya amatagisi n’amakori OBR, yagenywe n’umukuru w’igihugu kuba icegera ca mbere c’uwurongoye ibanki nkuru y’igihugu BRB.

Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/112 ryo kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 14 Ndamukiza umwaka w’2021, audance Niyonzima agiye kuba icegera ca mbere c’uwurongoye ibanki nkuru y’igihugu, premier vice-président du Gouverneur de la Banque de la République du Burundi, BRB mu kinyamazuru.

- Advertisment -

Must Read

Muri bamwe 3 muri Primustar Masterland ngo yarimwo

0
Masterland ngo ntiyigera asuzugura ihiganwa na rimwe mu mahiganwa amaze kujamwo, kuko kanatsinda ngo amaze kuja mu yatari make kandi arabirambiyemwo.  Mu kiganiro na Hosy...