5.5 C
New York
Sunday, May 9, 2021
Home abakinyi bakina hanze Mohammed Amissi yaraye akoze ibikora inka

Mohammed Amissi yaraye akoze ibikora inka

Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza 2021, umugwi Heracls Almelo B waraye ukinye urukino rwa kivandimwe n’umugwi Fc Groningen B, urwo rukino rukaba rwaraye rurangiye Heracles B wirahiye Fc Groningen ibitsindo 4-0.

Muri ivyo bitsindo 4 umukinyi w’umusatirizi w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Mohammed Amissi yaraye yinjijemwo ibitsindo 2.

Mwomenya y’uko Mohammed Amissi amaze igihe ataronka umwanya wo gukina mu mugwi w’abakuze wa Heracles Almelo A ivyo bishobora kumuha amahirwe yo gushirwa mu rutonde rw’uwo mugwi w’abakunze.

Must Read

# Indundi Sports | Eden Hazard yasavye imbabazi abakunzi ba Real...

0
  Inyuma y’urukino rwo gusubiriza rw’igice ca kabiri gishira icanyuma c’igikombe ca UEFA Champions league aho Chelsea yirahiye Real Madrid Ibitsindo 2-0 , umukinyi wa...