5.5 C
New York
Sunday, May 9, 2021
Home football # Indundi Sports | PLB: Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya...

# Indundi Sports | PLB: Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 26

kuva kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 16 Ndamukiza gushika kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2021 , ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo ya 26.

Uku niko imigwi yatsindanye :

– Umugwi Vital’o Fc waraye unyanije na Messager Ngozi igitsindo 1 kuri 1.

– Kayanza United yaraye itsinze Musongati Fc igitsindo 1 ku 0

– Les elephants yaraye inyagiwe na Flambeau du centre ibitsindo 3 kuri 1

– Royal Fc yaraye itsinze BS Dynamik igitsindo 1 ku 0

– Olympic Star yaraye itsinze Muzinga Fc ibitsindo 2 kuri 1

– Athletico Academy yatsinzwe na Buja City ibitsindo 3 ku 0

– Bumamuru Fc yakoze ibitangaza itsinda Rukinzo Fc ibitsindo 2 ku 0

– Aigle Noir itsinda Inter Star bigoranye igitsindo 1 ku 0

 

 

Uko imigwo isumbana amanota inyuma y’indwi ya 26:

1. Flambeau du Centre 48pts (+17buts)
2. Le Messager Ngozi 47pts (+13buts)
3. Musongati 46pts (+17)
4. Rukinzo FC 46pts (+10buts)
5. Kayanza Utd 46pts(+7)
6. Aigle Noir 43 (+11buts)
7. Olympic Star 39pts (+6buts)
8. Vital’O 38pts (+1)
9. Royal FC 37pts (0buts)
10. Bujumbura City 33pts (0buts)
11. BS Dynamic 32pts (-4buts)
12. Athletico Academy 31pts (-9buts)
13. Bumamuru 29pts (-11buts)
14. #Inter_Stars 28pts (-8buts)
15. #Les_Eléphants 24pts (-16buts)
16. #Muzinga 10pts (-31buts)

 

Must Read

# Indundi Sports | Eden Hazard yasavye imbabazi abakunzi ba Real...

0
  Inyuma y’urukino rwo gusubiriza rw’igice ca kabiri gishira icanyuma c’igikombe ca UEFA Champions league aho Chelsea yirahiye Real Madrid Ibitsindo 2-0 , umukinyi wa...