5.5 C
New York
Sunday, May 9, 2021
Home football Coupe du Président | Rukinzo Fc igiye kwakira Vital’o Pronostic

Coupe du Président | Rukinzo Fc igiye kwakira Vital’o Pronostic

 

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 21 Ndamukiza 2021 isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari, umugwi Rukinzo Fc uza kwakira Vital’o Fc mu rukino rwo gutangura rw’igikombe c’umukuru w’igihugu .

Turabiye muri kahise ka hafi Umugwi Rukinzo Fc niwo woba ufise amahirwe menshi wo gutsinda urwo rukino kuko mu nkino 5 zahuje iyo migwi , Rukinzo Fc yatsinze Vital’o Fc inkino 3 mugihe Vital’o Fc imaze gutsinda incuro 2.

Mwomenya y’uko Rukinzo Fc ariwo mugwi wakinye urukino rwa nyuma rw’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu mu mwaka uheze.

 

Must Read

# Indundi Sports | Eden Hazard yasavye imbabazi abakunzi ba Real...

0
  Inyuma y’urukino rwo gusubiriza rw’igice ca kabiri gishira icanyuma c’igikombe ca UEFA Champions league aho Chelsea yirahiye Real Madrid Ibitsindo 2-0 , umukinyi wa...