5.5 C
New York
Tuesday, October 26, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeMvuyekure Emmanuel yaraye afashije KMC kunganya na Biashara United

Mvuyekure Emmanuel yaraye afashije KMC kunganya na Biashara United

Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 20 Ndamukiza 2021, Umugwi KMC ukinamwo Umukinyi w’umurundi Mvuyekure Emanuel wari wakiriye umugwi Biashara United mu rukino rw’indwi ya 27 rw’ihiganwa ryo muri Tanzania VPL, urwo rukino rukaba rwarangiye KMC inganije na Biashara United igitsindo 1-1 , igitsindo ca KMC kikaba cinjijwe n’umukinyi w’umurundi Mvuyekure Emmanuel biciye kuri Penariti ku munota wa 49.

Umugwi KMC ukaba waciye urara mu kibanza ca 5 n’amanota 40 vy’imfatakibanza.

Mwomenya y’uko Mvuyekure Emmanuel ari mu bakinyi b’abarundi bariko bavyifatamwo neza mu gihugu ca Tanzania kuko no mu rukino ruheruka yari yinjije igitsindo .

 

- Advertisment -

Must Read

Muri bamwe 3 muri Primustar Masterland ngo yarimwo

0
Masterland ngo ntiyigera asuzugura ihiganwa na rimwe mu mahiganwa amaze kujamwo, kuko kanatsinda ngo amaze kuja mu yatari make kandi arabirambiyemwo.  Mu kiganiro na Hosy...