Homefootball# Indundi Sports | Coupe du Président: Uku niko imigwi yatsindanye mu...

# Indundi Sports | Coupe du Président: Uku niko imigwi yatsindanye mu gice 1/8 gishira icanyuma

 

 

kuri uwu wa Gatanu igenekerezo rya 21 hamwe na 22 , inkino z’ihiganwa ry’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu zarabandanije mu gice 1/8 gishira icanyuma .

uku niko imigwi yatsindanye:

– Rukinzo Fc wari wakiriye Vital’o Fc mu nkino zogutangura wanyagiwe ibitsindo 3-0

– Musongati Fc nawo wari wakiriye Bubumuza mu nkuno zogutangura wanganije 0-0

– Bumamuru Fc wari wakiriye Bs Dynamik mu rukino rwo gutangura watsinze ibitsindo 2-1

– Messager Ngozi yari yakiriye Inter Star mu rukino rwo gutangura yatsinze igitsindo 1-0

– Olympic Star yari yakiriye LLBs4A mu rukino rwo gutangura yatsinze ibitsindo 3-1

– Talaviv Fc yari yakiriye Flambeau du Centre mu rukino rwo gutangura yanganije igitsindo 1-1

– Garage Fc yari yakiriye Lumiere de Mwumba mu rukino rwo gutangura yatsinze ibitsindo 4-1

– Royal Fc yari yakiriye Buua City mu rukino rwo gutangura yanganije ibitsindo 2-2.

 

- Advertisment -

Must Read

Party Love ya Alvin Smith yamaze gushika ku mbuga zigurisha umuziki

0
EP ya Alvin Smith yiswe Party Love igizwe n'indirimbo zitari nke yakoranye n'abigeme gusa, yahavuye ishika ku mbuga zigurisha umuziki. Nkuko uwo muririmvyi yabishikirije ku...