5.5 C
New York
Tuesday, October 26, 2021
Homefootball# Indundi Sports | League B : Umugwi les Crocos wirahiye New...

# Indundi Sports | League B : Umugwi les Crocos wirahiye New Oil uduga mu cicaro ca mbere

kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 23 Ndamukiza 2021 , Isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari niho Umugwi les crocos wo mu Rumonge wari wakiriye Umugwi New Oil mu rukino rwo gusubiriza rwo kurondera umugwi wo mu cicaro ca kabiri uzoduga mu cicaro ca mbere kugira uhamvye imigwi ya Top Junior wo mu Kayanza na Flambeau de l’Est yo mu Ruyigi yoyo imaze kuduga .

Urwo rukino rukaba rwarangiye Les Crocos yo murumonge yirahiye New Oil ibitsindo 2–1 , mugihe urukino rwo gutangura uwo mugwi Les Crocos nyene wari wirahiye New Oil igitsindo 1-0 , vyose hamwe bikaba vyaciye biba ibitsindo 3-1 , ivyatumye Umugwi Les crocos uduga mu cicaro ca mbere .

Umugwi les Crocos uciye uba umugwi ugira 3 wegukira Academie Les Messager inyuma ya Messager Ngozi na Flambeau du Centre .

- Advertisment -

Must Read

Muri bamwe 3 muri Primustar Masterland ngo yarimwo

0
Masterland ngo ntiyigera asuzugura ihiganwa na rimwe mu mahiganwa amaze kujamwo, kuko kanatsinda ngo amaze kuja mu yatari make kandi arabirambiyemwo.  Mu kiganiro na Hosy...