5.5 C
New York
Sunday, May 9, 2021
Home Burundi Bahawe ikiringo kitarenga ukwezi kumwe n’igice

Bahawe ikiringo kitarenga ukwezi kumwe n’igice

Ikiringo kiri hagati y’ukwezi kumwe n’ukwezi kumwe n’igice nico cahawe abafise amazu kw’ibarabara ry’igihugu inomero 6 (RN6) batubahirije amategeko kuzoba bisubiyeko.

Abo bantu akaba ari abo mu makaritiye ya Bwoga, Yoba, Magarama na Nyabiharage ku murwa mukuru wa poritike Gitega aho basabwa kuzoba bigije inyuma ayo mazu yabo bagasiga imetero zitandatu uvuye kw’iryo barabara.

Buramatari w’intara ya Gitega Venant Manirambona yabishikirije kuri uno wa gatandatu mu nama yari yakoranije abafise amazu mu makaritiye acamwo iryo barabara mu ntumbero yo kurabira hamwe uko boshira mu ngiro ico gikorwa atawurenganijwe.

Must Read

# Indundi Sports | Eden Hazard yasavye imbabazi abakunzi ba Real...

0
  Inyuma y’urukino rwo gusubiriza rw’igice ca kabiri gishira icanyuma c’igikombe ca UEFA Champions league aho Chelsea yirahiye Real Madrid Ibitsindo 2-0 , umukinyi wa...