5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiHambavu yo kurekurwa ngo bidegemvye, bahebewe n’amande bari baraciwe

Hambavu yo kurekurwa ngo bidegemvye, bahebewe n’amande bari baraciwe

Abanyororo bahawe ikigongwe n’umukuru w’igihugu batanguye kurekurwa kuri uyu wa mbere. Abarekuwe bamenyesheje ko banezerewe cane no kubona basubiye mu miryango yabo.

Mu gutanguza ico gikorwa, umukuru w’igihugu hamwe n’umushikiranganji w’ubutungane bahamagariye abapfunguwe kudasubira mu vyo bari barakoze. Abari ku mitumba nabo babasaba kubakira neza.

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yabahebeye kandi amande ashika ku miriyoni hafi 400 bari baciriwe iruhande yo gupfungwa.

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...