5.5 C
New York
Tuesday, October 26, 2021
HomeBurundiNgo hari agahaze hagati y’umurwi CNTB na bamwe mu bacamanza

Ngo hari agahaze hagati y’umurwi CNTB na bamwe mu bacamanza

Abajejwe intwaro ku nzego z’intara basabwa gufasha gushira mu ngiro ingingo z’umurwi w’igihugu ujejwe gutatura amatati y’amatongo n’ayandi matungo CNTB.

Félicien Nduwuburundi arongoye uyo murwi yabishikirije mu nama yo guhanahana ivyiyumviro ku bikorwa vy’uwo murwi kuri yaraye ibereye i Gitega ku murwa mukuru wa poritike, inama yari yahuje abarongoye intara, abakorera mu gisata c’ubutungane hamwe n’abakora muri uyo murwi.

Ibibazo vy’ingingo ziteba kuja mu ngiro akaba ari bimwe mu vyashikirijwe n’abitavye iyo nama. Kuri ivyo bishuwe ko biva ku buryo hamwe n’umutekano.

Uwurongoye CNTB avuga ko zimwe mu ngorane bagira mu bikorwa vyabo ari abacamanza bababona nabi mu gihe babasavye guhagarika guca imanza babona ko zega umurwi CNTB.

- Advertisment -

Must Read

Muri bamwe 3 muri Primustar Masterland ngo yarimwo

0
Masterland ngo ntiyigera asuzugura ihiganwa na rimwe mu mahiganwa amaze kujamwo, kuko kanatsinda ngo amaze kuja mu yatari make kandi arabirambiyemwo.  Mu kiganiro na Hosy...