#Joe_Jamaicano| Ibintu 8 kugira utere imbere mu muziki
Yitwa Munganga Joshua Amani umu hinyanyuzi akongera akaba n'umuririmvyi ubu abarizwa mu gihugu ca Amerika, akaba ari naho ariko akorera ibikorwa vyiwe. Mu kiyago yagiranye na indundi magazine avuga ko bitoroshe kuja mu…