Amabarabara atari ameze neza agiye guhagurukirwa
Ubushikiranganji bw’inyubakwa, ibikoresho vya Reta no kurwiza uburaro bwatunganije kuri uno wa kane igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2021 ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru mu ntumbero yo gushikiriza aho ibikorwa bigeze…