Ugukorana kwa Big Fizzo na Awilo longomba kwoba kuzogarukira kuri Film?
Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo irungi ntirigiye kumwica, kuko abakinyi batandukanye bazofashanya gukina muri rya reresi Life to Regret ryamujana muri Tanzania babandanya gushika muri ico gihugu. Uno musi hakaba…