# Indundi Sports | Coupe du Président: Uku niko imigwi yatsindanye mu gice 1/8 gishira icanyuma
kuri uwu wa Gatanu igenekerezo rya 21 hamwe na 22 , inkino z’ihiganwa ry’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu zarabandanije mu gice 1/8 gishira icanyuma . uku niko imigwi yatsindanye: - Rukinzo Fc wari wakiriye…