# Indundi Sports | Ndikumana Justin yijeje abakunzi ba Bandari Fc gusubira mu mahiganwa ya CAF
Mu kiganiro Umunyegori w’intamba mu rugamba Justin Ndikumana asamira Umugwi Bandari Fc wo mu cicaro ca mbere muri Kenya yakoze na kimwe mu binyamakuru vyo muri ico gihugu , yijeje abarongozi b’uwo mugwi ko…