HomeIKIRUNDI_newsInkino# Indundi Sports | Justin Ruhimbaza yaraye akinye urukino rwiwe rwa mbere...

# Indundi Sports | Justin Ruhimbaza yaraye akinye urukino rwiwe rwa mbere muri America

 

Inyuma yo kugurwa n’umugwi Upastate Lonestar Fc ukina muri UPSL muri America Justin  Ruhimbasa umukinyi w’umurundi w’imyaka  23 yaraye  akinye urukino rwiwe rwa mbere.

Urwo rukino yaraye akinye rwari rwabahuje na Invictus Fc bakaba barashoboye  kuwutsinda ibitsindo  2-1.

Uwo mu kinyi Justin Ruhimbaza yarashoboye gukina urukino rwose mbere n’umumenyereza wiwe arashobora gushima urugero rwiwe n’ingene yakinye .

Justin Ruhimbaza yashize umukono ku ma sezerano yo gukinira uwo mugwi  mu kiringo c’imyaka 2 .

Mwomenya ko Justin Ruhimbasa imbere yuko aja muri America yaciye mu migwi itandukanye ya hano iwacu nka Vital’o Fc , Pépiniére Fc , Bumamuru hamwe na Espoir Fc .

 

- Advertisment -

Must Read

Party Love ya Alvin Smith yamaze gushika ku mbuga zigurisha umuziki

0
EP ya Alvin Smith yiswe Party Love igizwe n'indirimbo zitari nke yakoranye n'abigeme gusa, yahavuye ishika ku mbuga zigurisha umuziki. Nkuko uwo muririmvyi yabishikirije ku...