5.5 C
New York
Tuesday, October 19, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Ndikumana Justin yijeje abakunzi ba Bandari Fc gusubira...

# Indundi Sports | Ndikumana Justin yijeje abakunzi ba Bandari Fc gusubira mu mahiganwa ya CAF

 

 

Mu kiganiro Umunyegori w’intamba mu rugamba Justin Ndikumana  asamira Umugwi Bandari Fc wo mu cicaro ca mbere muri Kenya yakoze na kimwe mu binyamakuru vyo muri ico gihugu , yijeje abarongozi b’uwo mugwi ko bagiye gukora ibishoboka vyose kugira umugwi Bandari Fc usubire mu mahiganwa ya CAF.

Ubwanyuma Bandari Fc iserukira igihugu mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup , uwo mugwi wasezereye Al Ahly Shendy yo muri Sudan hamwe na US Ben Guerdane yo muri Tunisie .

Bandari Fc ikaba ifata ikibanza ca 5 mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Kenya n’amanota 27 , mbere ukaba ikiri no mu gikombe ca Betway Cup ni nk’igikombe c’umukuru w’igihugu .

Justin ndikumana akaba afata ikibanza ca 2 mu banyegori bamaze gukina inkino badatsindwa akaba amaze gukina inkino 7 adatsindwa bimwe twita Clean Sheets.

Mwomenya y’uko ihiganwa ryo muri Kenya rigiye kubandanya inyuma y’imisi ryari rihagaritswe kumvo za Covid -19 yari yasubiye kugwira muri ico gihugu.

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...