5.5 C
New York
Thursday, October 28, 2021
HomeEntertainment#Sat B abandanya agaragaza umunezo wiwe

#Sat B abandanya agaragaza umunezo wiwe

Inyuma yo guhabwa agafovya k ‘amafaranga kumwe no kwemererwa gufashwa mu rugamba rwo gushika kure bikozwe n’ishirahamwe ry’ibinyobwa Crown Royal.

Ryari iteka ridasanzwe kuri uno muririmvyi kuko ari nk’imboneka rimwe mu gihugu c’Uburundi, bikaba ari no muri bimwe abaririmvyi bishimiye aho bagira bati:”Umuririmvyi agiye kuronka ico yahabiye hamwe abarwizatunga botahura akamaro ko gukorana n’umuririmvyi mu kumenyekanisha ibikorwa vyabo nkuko biri mu bindi bihugu.”
Amafaranga azohabwa na Crown akaba akiri i banga, umuduga uzokwerekanwa ushitse,na collabo 3 mpuzamakungu bikaba arivyo bigiye guherekeza ayo masezerano.

Hirya no hino n’umunezero, imyidogo yari imaze imisi yaheze, nayo abafana biwe bakaba bagiye guhabwa agaciro ndetse n ‘uturusho turimwo inzoga akaba arivyo agiye kubaterekera.

- Advertisment -

Must Read

SAT-B ngo yasabwe gukora arekane n’abavuga gusa

0
Abantu bahanuye Sat-b gukora gusumba kwishinga abavuga, ivyo bikaba bishikirijwe ku rubuga rwiwe Aho yariko amenyesha abantu ko Imana ariyo yamukuye mu bworo. uwo muririmvyi...