5.5 C
New York
Wednesday, January 19, 2022
HomeAgricultureAbarimyi basabwa kuriha amafaranga y’ifumbire ku gihe

Abarimyi basabwa kuriha amafaranga y’ifumbire ku gihe

Abarimyi bipfuza ifumbire mu ntumbero yo kwitegurira irima ry’ici basabwa kuriha amafaranga y’ibanze ku gihe.

Nk’uko biri mw’itangazo ubushikiranganji bw’ibidukikije, uburimyi n’ubworozi buheruka gusohora, abarimyi bipfuza ifumbire bazokoresha muri iri rima ry’ici ubwo bushikiranganji bumenyesha ko iriha ry’amafaranga y’ibanze (avansi) ryatanguye kuva kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 5 Rusama rikazorangira kw’igenekerezo rya 23 Rusama uwu mwaka.

Ubwo bushikiranganji busaba abarimyi ko bokwubahiriza ico kiringo kugirango ntibazohave bagaruka basaba ko cokwongerezwa mu nyuma.

 

- Advertisment -

Must Read

Indyarya ya Emery Sun ngo niyo yaje guhumuriza abatari abakunzi b’ibishegu

0
Umuririmvyi w’umurundi azira igishegu ngo ni Ir Emery Sun, ivyo ni ibiheruka gushikirizwa n’umuririmvyi akaba kandi n’umuhinyanyuzi Pacifique Nzitonda benshi bazi nka Paci Etoile...