5.5 C
New York
Monday, October 18, 2021
HomeBurundiAkamo baheruka guterwa bariko barakitabira

Akamo baheruka guterwa bariko barakitabira

Akamo abafise amazu batewe ko kwigizayo ayo mazu  yubatse hafi y’ibarabara rikuru rya Bujumbura-Gitega ku metero 6 kariko karakurikizwa.

Amwe mu mazu yo mu makaritiye ya Yoba na Magarama ariko abomorwa yogera yubakwa muntumbero yo kubandanya  bitegurira umurwa mukuru wa poritike.

Buramatari w’iyo ntara ya Gitega Venant Manirambona akaba yaheruka gusaba abafise amazu hafi y’iryo barabara bubatse badakurikije amategeko ko boyabomora mu kiringo kiri hagati y’ukwezi n’ukwezi kumwe n’igice maze bagasigaza imetero 6 uva kw’ibarabara mu ntumbero yo gusukura igisagara ca Gitega.

- Advertisment -

Must Read

Meme Meili yavuze ku mafaranga yakoresheje muri “Arabesha”

0
Ya ndirimbo "Arabesha" ya Meme Meili ngo ntiyovuga ko Ariwe yayikoreye canke ngo Afise Management imufasha muri ivyo bikorwa vyiwe vy'umuziki, ariko ngo arafise...