footballIKIRUNDI_newskirundi_Sports

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yatowe nk’umukinyi yaranze ukwezi kwa Ndamukiza

 

Gael Bigirimana abandanya yerekana ubutwari bwiwe mu mugwi wa Glentoran Fc wo mu cicaro ca mbere muri  Irlande .

Inyuma yo gutorwa incuro zitarinke nk’umukinyi yaranze urukino, ubu naho Umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Gael Bigirimana yatowe nk’umukinyi yaranze ukwezi kwa Ndamukiza n’abakunzi b’umugwi Glentoran Fc .

Gael Akaba ari umwe mu bakinyi bafatiye runini uwo mugwi bivanye n’ingene yama yitwara mu kibuga .

Akaba ari nawe mu kinyi wa Glentoran yaciye mu mugwi mugwi wa Newcastle wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’ubwongereza.

 

 

Mwokwibuka ko Gael Bigirimana ari icegera ca Kizigenza Saido Berahino mu mugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 184