# Indundi Sports | Sakina na Nema ntibari mu rutonde rw’abakinyi 32 b’abigeme bagiye kwitegurira Érithrea
kuri uwu wa Gatatu igenekerezo rya 12 Rusama 2021 , Umumenyereza mukuru w’umugwi Nserukira gihugu w'abigeme Niyibimenya Daniella yashikirije urutonde rw’abakinyi 32 bagiye kwitegurira inkino zo kurondera…