5.5 C
New York
Tuesday, October 19, 2021
HomeBurundiGaston Sindimwo yaraye afuswe burundu mu mugambwe Uprona kumwe n’abandi 2

Gaston Sindimwo yaraye afuswe burundu mu mugambwe Uprona kumwe n’abandi 2

Abadasigana Gaston Sindimwo yahoze ari icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu kuva mu mwaka w’2015 gushika mu mwaka w’2020, Anicet Niyongabo na Isidore Mbayahaga baraye bafuswe burundu mu mugambwe w’abadasigana UPRONA, kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 11 Rusama 2021.

Inyuma y’inama y’urwego nyobozi rw’uwo mugambwe, Abel Gashatsi awurongoye yasiguye ko abo banywanyi babandanije kwitwara nabi muri uyo mugambwe. Iyo nama yabaye hari abatemerewe kwinjira, bemeza ko bari babifitiye uburenganzira.

Mwomenya ko kuwa gatandatu uheze, abo badasigana bari biyamirije ingingo zifatwa n’inzego z’umugambwe muri kino gihe. Isidore Mbayahaga yasiguye ko izo nzego zamaze ikiringo guhera mu mwaka w’2019 ariko zibandanya gutwara uwo mugambwe.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...