Umusi mukuru w’aba Isiramu wahimbajwe neza

0
541

Aba  Isiramu bo mu Burundi bifatanije n’abandi bo kwisi guhimbaza umunsi mukuru wa Eid Mubarak, umunsi usozera amapfungo y’ukwezi kwa Ramazani.

Uwurongoye umuryango w’aba Isiramu mu Burundi vy’imfatakibanza Iddy Radjabu KABANO atera akamo abahurikiye muri iryo dini ry’aba Isiramu kurangwa n’ingendo nziza hamwe no kubumbatira amahoro.

Aba Isiramu nabo bahimbaje uwo musi mukuru mu gusangira n’abantu bafise amikoro make.