5.5 C
New York
Friday, January 28, 2022
HomeBurundi2021-2022 : Amafaranga Reta y'Uburundi igiye gukoresha yiyongereyeko ibice 8%

2021-2022 : Amafaranga Reta y’Uburundi igiye gukoresha yiyongereyeko ibice 8%

Amafaranga y’amarundi agera ku miriaridi igihumbi n’amajana indwi na cumi na zitanu (1715 milliards BIF) niyo ategekanijwe ko Reta y’Uburundi igiye gukoresha mu mwaka w’2021 ushira uw’2022

Vyashikirijwe kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 14 Rusama 2021 n’umushikiranganji w’ikigega ca Reta Domitien Ndihokubwayo mu nama nshingamateka mu Kigobe aho abashingamateka bariko bariga integuro y’ibwirizwa rigenga amafaranga Reta itegekanya gukoresha mu mwaka w’2021 ushira uw’2022.

Ayo mafaranga imiriyaridi 1715, biboneka ko yiyongereko ibice 8 kw’ijana ugereranije n’ayari ategekanijwe gukoresha muri uyu mwaka turiko turangiza w’2020 ushira uw’2021 aho yangana n’imiriyaridi 1576.

- Advertisment -

Must Read

Ibisabisho vya ba batwa b’i Muramvya vyarumviwe muri NCDP

0
Mu makuru yacu aheruka twarababwiye umuzo w'umurundi aba muri Canada azwi kw'izina rya Alphonse Nahimana yaje mu karuhuko hano mu Gihugu. Alphonse Nahimana twansanze ari...