Komine Makebuko| “Uwukize akiza aho avuka” Bishikirizwa na Thaddée Nyandwi
Umugwi w'abagenzi ba komine Makebuko mu ntara ya Gitega baterereye imifuko mirongo indwi y'isima izofasha mu kwubaka ikibuga ca kijambere kiriko cubakwa muri iyo komine. Uwo mugwi w'abagenzi ba komine Makebuko…