Kidum arashima kubona basubijwe ku kivi
J Pierre Nimbona, iyo uvuze Kidum kibido no muri Afrika baca bamutahura vuba. Ni umuririmvyi w' umurundi, ariko muri Kenya bakemeza kwari umuririmvyi wabo, ibigaragara ko bamukunda kubera impano yiwe yo kuririmba na cane…