Umugambi wo kubandanya kuvura abana bari musi y’imyaka 5 ugiye gusahirizwa
Inama nshingamateka yize yongera iremeza, kuri uyu wa mbere, integuro y’itegeko rigenga imfashanyo yatanzwe n’ibanki y’isi ingana imiriyoni zishika 54 z'amadorari y'abanyamerika, ibicishije mw'ishirahamwe…