Imiriyoni 4 z’amafaranga y’amarundi nizo bategerezwa kuriha Regideso
Abo ni abantu bafashwe n’ishirahamwe rijejwe gukwiragiza amazi n’umuyagankuba mu banyagihugu Regideso bari bamaze imisi barinyonyeza. Turi muri karitiye Gikungu Rural muri zone Gihosha, komine ya Ntahangwa mu gisagara ca…