# Indundi Sports | Abakinyi ba kera ba Aigle Noir bagiye gukina n’abasanzwe bayikinira muri kino gihe

0
147

 

 

kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 20 Rusama 2021 , uwashinze umugwi Aigle Noir Sc Honorable Reverien Ndikuriyo yashize ahabona inkino zibiri za kivandimwe uwo mugwi ugiye gukina .

Muri izo nkino Umugwi Aigle Noir Sc ugiye gukina uzohura n’umugwi w’abakinyi bahoze bawukinira kera bigeze gukina mu mahanga n’abasanzwe bakina mu mahanga .

Abicishije ku rubuga ngurukanabumenyi rwa Facebook yiwe Honorable Revwrien Ndikuriyo yagize ati ‘’Kuwa 30 Rusama 2021 kuri NKURUNZIZA PEACE PARK COMPLEX

AIGLE NOIR CS NATIONAL
VS
AIGLE NOIR CS INTERNATIONAL

AN-INTERNATIONAL.”
👇👇👇👇👇👇

Abakinyi bazotangura mu kibuga aka ari aba bakurikira:

1. ARTHUR ARAKAZA ( DJIBOUTI)
2. BIMENYIMANA CALEB ( LITUANIE)
3. NDAYISHIMIYE YUSSUF ( TURKEY)
4. TAMBWE AMISSI (DJIBOUTI)
5. NSHIMIRIMANA JOSPIN ( TURKEY)
6. SHAKA BIENVENUE ( KENYA)
7. KANAKIMANA BIENVENUE ( USA)
8. IRAKOZE PICLAIRE ( TURKEY)
9. YVES SAMNDA SAMNDA ( ALBANIE)
10. MOUSTAFA FRANCIS ( TANZANIE)
11. NSHIMIRIMANA DAVID( ZAMBIE)
==============================

Abo ku ntebe yo gusubiriza akaba ari:
1. MABANO SHABANI ( TUNISIE)
2. CEDRIC MAVUGO ( TUNISIE)
3. SELEMANI MOUSTAFA ( TANZANIE)
4. BIGIRIMANA RAMADHAN ( TANZANIE)
6. NDIKURIYO PATIENT ( KENYA)
Appui
7. NDIZEYE ERIC ( TURKIE)

ABAMENYEREZA

1. OKOKO ( NAMUNGO TANZANIE)
2. BAMBARA JEAN LUC ( BURUNDI)

 

Gushika ubu ntawuramenya  ko ayo magenekerezo urwo rukino ruzoberako abo bakinyi bose bazoba bashitse mu gihugu c’Uburundi ni mu makuru yacu yohanyuma.