# Indundi Sports | PLB: Izi nizo nkino z’indwi ya 30 zigiye gusozera ihiganwa

0
107

 

kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 23 Rusama 2021, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Prinus league rizoba rigeze kumusozo.

Umugwi Flambeau du Centre niwo uri mu kibaza ca mbere vy’imfatakibanza , mugihe Umugwi Muzinga Fc niwo uri mu kibanza canyuma .

Uku niko imigwi igiye guhura :

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani Umugwi Les elephants uzokwakira Kayanza United

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Ingoma Umugwi Royal Fc uzokwakira Muzinga Fc

– Isaha Icenda 15h ku kibuga ca CTN Umugwi BS Dynamik uzokwakira Athletico Academy

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Umuco , Umugwi Olympic Star uzokwakira Aigle Noir

– Isaha Indwi n’igice 13h 30 ku kibuga Intwari , Umugwi Rukinzo Fc uzokwakira Vital’o Fc

– Isaha Icumi 16h00 ku kibuga Inteari , Umugwi Inter Star uzokwakira Musongati Fc

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urukundo Umugwi Messager Ngozi uzokwakira Flambeau du centre

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Gatwaro , Umugwi Buja City uzokwakira Bumamuru Fc