5.5 C
New York
Monday, October 18, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Bigirimana Abedi yaraye afashije Kiyovu Sports gutsinda As...

# Indundi Sports | Bigirimana Abedi yaraye afashije Kiyovu Sports gutsinda As Muhanga

 

 

 

kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 24 Rusama Umwaka wa 2021, Umugwi As Muhanga wari wakiriye  Kiyovu Sports mu nkino zo kurondera itike ryo kudakoroka mu cicaro ca kabiri mu nkino z’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda .

 

Umugwi Kiyovu Sports usanzwe ukinamwo abakinyi batatu b’abarundi aribo Bigirimana Abedi , Ngando Omar hamwe na Issa Keita washoboye gutsinda As Muhanga isanzwe ikinamwo Umurundi Don Parfait ibitsindo 2-0.

Igitsindo ca mbere ca Kiyovu Sports cinjijwe na Bigirimana Abedi ku munota wa 57 mugihe ica kabiri cinjijwe na Robert Saba ku munota wa 70.

mwomenye ko muri urwo rukino atari Bigirimana abedi wenyene yarukinye kuko  na Ngando Omar nawe nyene yashoboye gukina urwo rukino .

 

- Advertisment -

Must Read

Meme Meili yavuze ku mafaranga yakoresheje muri “Arabesha”

0
Ya ndirimbo "Arabesha" ya Meme Meili ngo ntiyovuga ko Ariwe yayikoreye canke ngo Afise Management imufasha muri ivyo bikorwa vyiwe vy'umuziki, ariko ngo arafise...