#Empire avenue| Ni Bande bagiye nabi mu bahoze mu nzu kwa Sat B?
Mbega ni bande boba barataye umuryango, kugira umuntu ate umuryango haba habaye iki? Iri jambo ryashikirijwe na Sat B abicishije ku rubuga ngurukana bumenyi rwa Facebook yiwe yagize ati:”Ejo tuzobaha umuzigo imigisha kubataye…