#BDUSA| Samuel Ndayiragije yaramaze kumenya umwansi w’Ubumwe n’ Amajambere
Inyuma yitunganywa ry'amatora adakumira, ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi benshi baba ku mu gabane wa America BDUSA ryahavuye rusubizwa ubuserukizi bwo kurongora abarundi baba muri America. Mu gihe hasigaye…