5.5 C
New York
Tuesday, October 19, 2021
HomeEntertainmentUrupfu ni rubi umuririmvyikazi B Kobra afise umubabaro n'agahinda

Urupfu ni rubi umuririmvyikazi B Kobra afise umubabaro n’agahinda

Mugihe twari turindiriye indirombo yiwe nshasha agiye gusohora (Fine Gyal) arikumwe na Mo ‘w Kanzie.

 

Duhejeje kwumva inkuru y’ umubabaro yamushikiye aho yabuze umuvyeyi wiwe ariwe Se amuvyara.
Ndetse nawe akaba yabicishije ku rubuga rwa wats up yiwe aho yagize ati:

“Birananiye kwakira
nzokwama nkusabira
ibihe vyose Imana ikwakire mu bwami bwayo
my Dear Dady
uri kure y’amaso yanje
ariko nturikure y ‘ umutima wanje
i love u Dady.”

Ayo niyo majambo yakoresheje mu guserura akabaro kiwe.

Indundi Magazine ikaba ihojeje umuryango wabuze Imana ibahe ukwihangana muri ibi bihe bitoroshe

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...