Abashinwa bemerewe kuvyara abana bashika kuri 3
Itegeko ry’ukuvyara umwana umwe gusa ryashinzwe mu mwaka wa 1979 kugira abantu bareke kuguma bagwirirana cane, ryarahindutse mu 2016 hatorwa irindi ryaha uburenganzira abubakanye kuvyara abana 2 gusa. Iryo tegeko riheruka…