Urutonde rw’abakinyi 33 bagiye kwitegurira Algerie

0
464

Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye ahejeje gushira ahabona urutonde rw’abakinyi 33 bagiye gutana mumitwe na Algerie mu rukino rwa kivandimwe.

Urwo rukino rukaba ruzohuza abakinyi bakina mu bihugu vyabo gusa bamwe twita aba Locaux.

Aba nibo bakinyi 33 bahamagawe :

1) Rukundo Onesime ( Messager Ngozi)
2) Wilondja Ismail ( Musongati Fc)
3) Ndikuriyo Patient ( Kayanza United )
4) Hakizimana Issa ( Flambeau du Centre )
5) Muryango Moussa ( Musongati)
6) Mwenebantu John ( Kayanza United )
7) Ndikumana Faustin ( Rukinzo Fc )
8) Nsabimana Issa Hubert ( Musongati Fc )
9) Ngabonziza Blanchard ( Aigle Noir )
10) Abdoul Karim ( Flambeau du Centre )
11) Nimubona Emery ( Musongati Fc )
12) Nyanzira Hamza ( Messager Ngozi)
13) Urasenga Cédric ( Messager Ngozi)
14) Nshimirimana Ismael ( Rukinzo Fc)
15) Nahimana Shassir ( Vital’o Fc )
16) Asman Amissi ( Flambeau du Centre)
17) Mugisha Josué Alberto ( Musongati Fc)
18) Masudi Narcisse (Aigle Noir )
19) Karikera Ibrahim ( Messager Ngozi)
20) Rukundo Thérence ( Kayanza United )
21) Mabano Shabani ( Kayanza United )
22) Mbirizi Eric ( Inter Stars)
23) Ngabirano Théodore ( Rukinzo Fc )
24) Djuma Mohammed ( Flambeau du Centre )
25) Bayizere Olivier ( Musongati Fc)
26) Nduwimana Franck ( Royal Fc)
27) Rukundo Abdourahman Paplay ( Kayanza United)
28) Shaka Tresor ( Vital’o Fc)
29) Nyandwi Gakiza Aimé ( Flambeau du Centre)
30) Vyamungu Raul ( Bumamuru Fc)
31) Ndikumana Asman ( Aigle Noir)
32) Kitenge Alexis ( Athletico Academy )
33) Nzeyimana Jean ( Vital’o Fc)

Urwo rukino rwa kivandimwe ruzohuza intamba mu rugamba na Algerie ruzoba igenekerezo rya 16 muri uku kwezi kwa Ruheshi 2021 mu gihugu ca Algerie ku kibuga Olympic D’oran isaha 20h 45.

Abakinyi bose bahamagawe bakaba basabwa kwitabira imyimenyerezo igiye gutangura kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 02 Ruheshi 2021, ku kibuga ca CTN isaha icumi 16h00.