5.5 C
New York
Tuesday, October 19, 2021
Homeabakinyi bakina hanzePacifique Ndabihawenimana niwe agiye guhagarikira urukino rwa Prymaids na Raja Casablanca

Pacifique Ndabihawenimana niwe agiye guhagarikira urukino rwa Prymaids na Raja Casablanca

Umuhagarikizi mpuzamakungu w’umurundi Pacifique Ndabihawenimana abandanya yizigirwa bimwe bikomeye muri CAF.

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 04 Rusama 2021, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF ryahisemwo umuhagarikizi w’umurundi Pacifique Ndabihawenimana abe ariwe azohagarikira urukino rw’igice ca kabiri gishira ica nyuma ca CAF Champions league kizohuza Pyramids hamwe na Raja Casablanca igenekerezo rya 20 Ruheshi 2021.

Twobibutsa y’uko Pacifique Ndabihawenimana niwe yahagarikiye urukino rwahuje Simba Sc na Kaizer Chiefs mu rukino rw’igice ca kane gishira ica nyuma ca CAF Champions League.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...