Intambwe mu rugamba rudasanzwe i Ouagadougou

0
279

Uburundi bwaraserukiwe mu mahiganwa RAC Repêchage 2021 mu rukino rwa Rugby aho bitegekanijwe ko umurwi nserukiragihugu Intambwe uzokwakira Burkina Faso i Ouagadougou kw’igenekerezo rya 5 Ruheshi 2021 .

Uwo murwi uzohura n’igihugu ca Cameroun kw’igenekerezo rya 12 Ruheshi aho nyene muri Burkina Faso .
Muri ayo mahiganwa ikinyamakuru Indundi cashimye kubereka abakinyi hamwe n’abaherekeje umurwi nserukiragihugu wa Rugby.
Abo nabo ni:

1.NTAMAVUKIRO SAOUL : uwuserukira abakinyi

2.BIGIRIMANA ABDOUL

3.HAKIZIMANA DEO

4.KWIZERA REGIS

5.NDIHOKUBWAYO MIKE

6.REMESHA GUY AUDIBERT

7.NKESHIMANA OLIVIER

8.KAJINAKE ENOCK

9.HAGIRIMANA CIZA OMAR

10.KAREKEZI BONIFACE

11.HABONIMANA TRESOR

12.NSHIMIRIMANA ALAIN

13.IRADUKUNDA DIDIER

14.NIYONKURU ABDOUL

15.KAMALEBO ALAIN

16.HAKIZIMANA JEAN PAUL

17.KAMANGO GAEL FLORIS

18.KWIZERA ARSENE

19.UWIMANA DJAFARI

20.HASABUMUTIMA HERVE

Abaherekeje abakinyi :

1.NDIKURIYO GERARD :Uwuraba ibikorwa mu murwi

2.KANYINDA WAKAZADI : Umumenyereza

3.NDIKUMANA INNOCENT:Umuganga

Ikinyamakuru Indundi kiripfurije amahirwe uwo murwi.