Umugwi Vital’o Fc washoboye gusezerera abakinyi 8

0
714

Mu gihe turi mw’igurwa n’igurishwa ( Mercato ) mu Burundi, umugwi Vital’o Fc umaze kurekura abakinyi bashika kuri 8.

Abo bakinyi uwo mugwi washoboye gusezerera harimwo n’uwusanzwe yahora ari umunyegori, akaba ari aba bakurikira:

1) Serge Sabdon
2) Kashindi Joseph
3) Kasereka Thierry
4) Nahimana Styves
5) Ndayishimiye Hussein
6) Iddy Jumapili
7) Nahayo Serge
8) Nzeyimana Djuma

Mwokwibuka y’uko uwo mugwi Vital’o Fc warangije ihiganwa rya Primus league 2020-2021 uri mu kibanza c’7.