5.5 C
New York
Tuesday, October 19, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Tchabalala abandanya yiyerekana neza mu Rwanda

# Indundi Sports | Tchabalala abandanya yiyerekana neza mu Rwanda

kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 10 Ruheshi 2021, Umugwi Rutsiro Fc wari wakiriye Umugwi As Kigali mu rukino rw’ihiganwa ryo mu gihugu c’Urwanda .

 

Rutsiro Fc ikinamwo abakinyi babiri b’abarundi aribo Ndarusanze Jean Claude Lamba lamba hamwe na Musisi wari wakiriye  As Kigali ikinamwo Hussein Shabani Tchabalala hamwe na Kwizera Pierro. urwo rukino rwarangiye As Kigali itsinze Rutsiro Fc ibitsindo 2-0.

Muri ivyo bitsindo harimwo igitsindo kimwe c’umusatirizi w’umurundi Hussein Shabani Tchabalala aho yaciye akwiza ibitsindo 8 mu nkino 8 amaze gukina mu gihugu c’Urwanda .

Mwomenya y’uko atari Tchabalala wenyene yakinye kuri urwo rukino kuruhande rwa As Kigali na Kwizera Pierrot nawe nyene yashoboye gukina muri urwo rukino mugihe kuruhande rwa Rutsindo Jean Claude Lambamba yararukinye rwose Musisi nawe yinjiye mu gice cakabiri.

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...