5.5 C
New York
Thursday, August 5, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Abakinyi 29 bakina mu Burundi nibo bahamagawe kwitegurira...

# Indundi Sports | Abakinyi 29 bakina mu Burundi nibo bahamagawe kwitegurira CECAFA U-23

Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yahamagaye urutonde rw’abakinyi 29 bakina hano iwacu bagiye kutangura imyimenyerezo yo kwitegurira CECAFA U -23.

 

 

Abo  bakinyi 29 akaba ari aba bakurikira:

1) Rukundo Onésime ( Messager Ngozi)
2) Ndikuriyo Patient ( Kayanza United )
3) Wilonja Ismail ( Musongati Fc)
4) Ngabonziza Blanchard ( Aigle Noir)
5) Musaga Henry ( Aigle Noir )
6) Masudi Narcisse ( Aigle Noir )
7) Ndikumana Asman ( Aigle Noir)
8) Barandondera Abdoul Karim ( Flambeau du Centre)
9) Irakoze Béni ( Flambeau du Centre )
10) Djuma Mohammed ( Flambeau du Centre)
11) Rukundo Abdoulrahman Paplay ( Flambeau du Centre)
12) Mohamed Hervé ( Kayanza United )
13) Kanyamuneza Aimé Christian ( Kayanza United )
14) Bumwe Charles ( Kayanza United)
15) Ingabire Flavier ( Kayanza United)
16) Ndyikeza Abdi ( Musongati Fc )
17) Nduwimana Franck ( Musongati Fc)
18) Muryango Moussa ( Musongati Fc)
19) Nibikora Arthur ( Messager Ngozi)
20) Eza Armel ( Messager Ngozi )
21) Kashindi Joseph ( Messager Ngozi)
22) Hakizimana Adolphe ( Messager Ngozi)
23) Mbirizi Eric ( Inter Stars)
24) Ngabirano Adolphe ( Athletico Academy )
25) Ndikumana Danny ( Athletico Academy )
26) Nsabimana Issa Hubert ( Musongati Fc )
27) Nshimirimana Ismail ( Rukinzo Fc )
28) Rukundo Thérence ( Athletico Academy)
29) Nshimirimana Darcy ( Royal Fc )

imyimenyerezo ikaba igiye gutangura kuva kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 17 Ruheshi 2021, ku kibuga Urukundo I Ngozi .

Benshi mu bakunzi b’inkino bariko bidogera Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba y’uko yoba yahamagawe abakinyi barengeje imyaka .

 

 

- Advertisment -

Must Read

Musongati Day | Double Jay niwe azoteramisha abanya Gitega mu rukino...

0
Mu gisagaca ca Gitega umugwa wa Poritike hagiye kwaka umuriro bivanye n’ingene ibirori vyo kwerekana abakinyi ba Musongati bashasha biriko bitegurwa. Ku musi wa gatandatu...