5.5 C
New York
Thursday, August 5, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Joslin Bipfubusa yagarukanywe muri Aigle Noir

# Indundi Sports | Joslin Bipfubusa yagarukanywe muri Aigle Noir

Umugwi Aigle Noir The Fighters wo mu ntara ya Makamba washize ahabona Staff yabo y’umwaka wa 2021-2022 .

 

 

Muri iyo Staff tubonamwo Joslin Bipfubusa nk’umumenyereza mukuru mugihe yafatwa nkicegera ca Aimé Nzohabonayo nkuko uwo mugwi waguma ubivuga .

Mu nyandiko uwashinze Umugwi Aigle Noire The Fighters Honorable Reverien Ndikuriyo yanditse kurubuga ngurukanabumenyi rwiwe yashoboye gushira ahabona Staff y’umwaka uza .

Iyo Staff ikaba igizwe naba  bakurikira:

Saison Sportive 2021-2022

1. PROPRIETAIRE:
Mr. NDIKURIYO REVERIEN

2. PRESIDENTE:
Mme. NDAYISHIMIYE CHRISTINE

3. SECRETAIRE GEN:
Mr. NIYONKURU DOLITIEN

4. RELATIONS PUBLIQUES& INTERNATIONALES, PORTE-PAROLE, COMMUNICATION ET MARKETING :
Mr. NIRAGIRA FABRICE.

5. DIRECTEUR ADMINISTRATIF ET FINANCIER
Mr. NDAYEGAMIYE ERIC

6. DIRECTEUR DU STADE NKURUNZIZA PEACE PARK COMPLEX
Mr. MUGISHA ASMAN

7. DIRECTEUR EAGLE SPORT FM
Mr. NTAKIRUTIMANA LEONCE

8. DIRECTRICE D’EAGLE MINERAL WATER
DR. IRAKOZE ALICE

9. DIRECTEUR D’EAGLE BUSINESS CENTER HOTEL.
Mr.NKURUNZIZA PONTIEN

10. DIRECTEUR DE BLACK EAGLE SPORT CLUB & ACADEMIES CONSTRUCTION
IR. CELESTIN NIBASUMBA

STAFF ya AIGLE NOIR CS THE FIGHTERS

1.BIPFUBUSA Joslin (COACH PRINCIPAL)
2.NZOHABONAYO Aime( COACH ADJOINT)
3.MBANZENDORE Reverien( P. PHYSIQUE)
4.NDUWIMANA Ibrahim (COACH GARDIEN)
5.MAJAMBERE J.Claude(DOCTEUR)
6.MUDEYI Gustave( KINE & NUTRITION)
7.MBONINYIBUKA Remuel (T. MEDICAL)
8.CIMPAYE Boris( CAMÉRAMAN)
9.NDIKUMANA Laurent (WB SITE )
10. NDUWIMANA Nadège ( PSYCHOLOGUE)

Mwokwibuka ko Joslin Bipfubusa yigeze guhagarikwa muri uwo mugwi Aigle Noir The Fighters ivyatumye mu mpera z’ihiganwa rya Primus league ry’umwaka wa 2020- 2021 ahabwa amabanga yo kumenyereza Umugwi Kayanza United wo mu Kayanza ariko munyuma abantu baciye babona agarukanwa muri Staff ya Aigle Noir The Fighters.

 

- Advertisment -

Must Read

Musongati Day | Double Jay niwe azoteramisha abanya Gitega mu rukino...

0
Mu gisagaca ca Gitega umugwa wa Poritike hagiye kwaka umuriro bivanye n’ingene ibirori vyo kwerekana abakinyi ba Musongati bashasha biriko bitegurwa. Ku musi wa gatandatu...