5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeEntertainment#The_Fighter: Inyuma y'iyugururwa ry' inzu y'ubuhinyanyuzi ibikokorwa biratanguye kuja ahabona

#The_Fighter: Inyuma y’iyugururwa ry’ inzu y’ubuhinyanyuzi ibikokorwa biratanguye kuja ahabona

The Fighter basanzwe barongowe na Happy Famba nka Manageur wabo bagizwe n ‘ abaririmvyi ba 3, Happy Famba nyene ,Vichou,Difficile 5G.

Mu kiganiro giheruka na Indundi Magazine bavuze ko bagiye kwongereza abandi baririmvyi babiri.

Ariko vyaboneka ko 5G kuva ashika muri the fighter ata bikorwa vyaboneka ariko arakorerwa bituma izina ryiwe rimenyekana .

Uwusanzwe arongoye the fighter yamenyesheje Indundi ko ibikorwa bamaze kumukorera ari vyinshi ariko batari bwashime kubishira ahabona nayo igihe nicagera bazobimenyesha.

Kw’igenekerezo rya 23/6/2021 niho yamenyesha indundi ko ku musi wa gatanu igenekerezo rya 25/6/2021 isaha indwi zijoro ariho ururirimbo rwa Difficile 5G “Ejo” ruzoba rwashitse kuri youtube chanel yiwe, rukazoba ari ururirimbo rwiwe rwa kabiri bazoba bamukoreye.

Tubibutse ko yatubwiye ko uyu mwaka barekura album 3 ,
iya Happy Famba ,vichou love niya Difficile 5 G

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...