5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeAlfredo FrojoIkirori kiraba nk'ikirori kwa Natacha Inkoni yiwe ifise isabukuru y'amavuko

Ikirori kiraba nk’ikirori kwa Natacha Inkoni yiwe ifise isabukuru y’amavuko

Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook, akoresheje amajambo aryoshe yokwiratira umukunzi wiwe amwifuriza isabukuru nziza y’ amavuko.
yamwise amazina yose atibagiye na ‘inkoni na Naga’

Nubwo bitoroshe gutahura  igituma yamwise inkoni,  insiguro y’ indirimbo ziwe  arahaye iraza.

Naho atashizeko umwaka uwariwo biraboneka ko umushingantahe wiwe Alfredo kw’ igenekerezo rya 24/Ruheshi ariyo tariki yiwe yamavuko.
Uruganda rwa Indundi Magazine rukaba rwifurije uwo muryango kirumara mu muziki w’Uburundi, Isabukuru nziza n’urugo rwiza

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Umugwi Geita Fc waraye wirikanye Etienne Ndayiragije

0
    Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije ntakibarizwa mu mugwi Geita Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . ku musi w’Imana igenekerezo rya 24...