Ubu nibwo butumwa Big fizzo yoshima gushikiriza Leta y’Uburundi
Umwe mu baririmvyi badatinya gushikiriza ikiri ku mutima ni Big Fizzo, aho avuga ico yibaza ku kibazo kanaka kiba kiri mu muziki ndundi, cane cane ikimuraba. Muri Live aheruka gukora itamworoheye nawe, yasabwe…