5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
Homefootball# Indundi Sports | Umunyegori Ndikumana Djuma muri kino gihe arigenga

# Indundi Sports | Umunyegori Ndikumana Djuma muri kino gihe arigenga

 

 

Ndikumana Djuma yafashije Umugwi Olympi Star w’i Muyinga kurangiza igice ca mbere c’ihiganwa rya Primus league 2020-2021, uri mu kibanza ca mbere amasezerano yiwe n’uwo mugwi yararangiye.

 

 

Ndikumana Djuma mu nkino 27 yasamiye Umugwi Olympic Star mw’ihiganwa ry’umwaka wa 2020-2021, yashoboye gutsindwa ibitsindo 21 mu nkino 24 yakinye .

Djuma ni umwe mu banyegori basanzwe bafise uburambe muri Primus league kuko amaze gusamira imigwi ya Les Elephants , Royal Fc , Ngozi City hamwe na Olympic Star .

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...