5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeEntertainmentGutora izina rya Ep ya Belle Nice vyamutaye k'uwamazi

Gutora izina rya Ep ya Belle Nice vyamutaye k’uwamazi

Yaremanze arongera arasaba abamukurikirana (fans) ko bomufasha gutora izina rya Ep kuko arico gikorwa arimwo co kuyishira kumugaragaro.

Belle Nice asanzwe afitaniye ikibondo n’umuririmvyi Sat B mu mazina abakunzi biwe bamutije harimwo zina ry’ico kibondo Liam Ep
Sat ubwiwe wewe yamutoje ko yokwitwa Infinity Ep
Amazina akimudadaniye gutoramwo imwe ni
Infinity Ep
Belle nice Ep
Unconditionnel love Ep
Ibintu Ep
Liam Ep
Cheatinga Ep

Gumane na i
Indundi Magazine izina azoshima tuzobamenyesha n’igihe iyo Ep izosohokera.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...