5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Pacifique Ndabihawenimana niwe agiye guhagarikira Finale ya Kaizer...

# Indundi Sports | Pacifique Ndabihawenimana niwe agiye guhagarikira Finale ya Kaizer Chiefs na Al Ahly

Paficique Ndabihawenimana abandanya yizerwa na CAF kugira abe ahagarikira inkino zikomeye.

 

kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 02 Mukakaro 2021, Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF ryaratoye Ndabihawenimana Paficifique nk’umuhagarikizi mpuzamakungu azohagarikira urukino rwanyuma rwa Champions League ya Africa ruzohuza Umugwi Kaizer Chiefs wo muri Africa y’epfo hamwe n’umugwi Al Ahly wo muri Misiri .

Pacifique azofashanya na Elvis Guy Noupue Ngwungoue umunya Cameroun hamwe n’Umugande Lee Okelo .

Mwomenya ko urwo rukino rwanyuma rwa Finale rukaza ruzoba igenekerezo rya 17 Mukakaro 2021, mu gisagara ca Rabat muri Maroc .

 

 

 

- Advertisment -

Must Read

Jaja ngo ashaka ko abarwayi bakire indwara zabo biciye mu kwizera

0
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Uwimana Jeanine akaba azwi kw'izina rya Jaja Jeanine Umwuga wo wo kuririmba yawutanguye akiri muto mw'ishure ry'abana mu nyuma yaho araheza abifata...